9 thoughts on “#Intamba_Day|Abakinyi ba Aigle Noir ngo ntibatinya Intamba mu Rugamba

  1. Abantabiganiro bazi gukoresha vyukuri bikebuke kandi biratubabaza ahubwo dukwiye kubasubirako Abamenyeshamakuru bacu kuko basubizinyuma akanovera kogukunda ururimigwacu nigihugu cacu ahubwo ababijejwe baturabireneza kuko iyotuja siheza

  2. Ariko Abamenyesha makuru mungana uko murakoresha interview abakinyi ntimubabwire ngo bidondore kugira abantu bamenye abo muriko muravugana nabo ? ivyo bintu mubikosore ntituze twongere kubibona

  3. Ariko ndabona ikirundi gisigaranye bake kabisa gute umuntu yoshigikira équipe abakinnyi batavuga nikirundi

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *